Amagara y’abantu

Isekeza ryo gucandaga ingwara ya mugiga ryatanguye mu gihugu cose

Isekeza ry’igikorwa co gucandaga ingwara ya mugiga ku bantu bafise guhera umwaka 1 gushika ku myaka 29 mu gihe cose

Bandanya

Imiriyoni 7.898.903 nibo bagiye gukingirwa ingwara ya mugiga

Ubushikiranganji bwo kubunga bunga amagara y’abantu no kugwanya Sida bumenyeshako kuva kw’igenekerezo rya 4 kigarama

Bandanya

Umusi mpuzamakungu wahariwe kugwanya igisukari wahimbajwe mu gihugu

Umusi mukuru mpuzamakungu wahariwe kugwanya ingwara y’igisukari wahimbajwe kuruno wa kane igenekerezo rya 14

Bandanya

Ubushikiranganji bw’amagara y’abantu bwashikirije ibigiye gukorwa mu gice ca kabiri c’umwaka wa 2018 ushira 2019

Ubushikiranganni bw’amagara y’abantu no kugwanya Sida bumenyeshako mu gice ca kabiri c’umwaka wa 2018 ushira umwaka wa

Bandanya

Prosper MUYUKU :“ ibice 14 kw’ijana vy’abana barapfa kubera kudakaraba amaboko n’isabuni.”

Umukuru w’igisata kijejwe isuku n’amazi meza mu bushikiranganji bw’amagara y’abantu no kugwanya Sida ,Prosper MUYUKU

Bandanya

Denise NKURUNZIZA yatanguje Inama y’abatambukanyi b’abakuru b’ibihugu vya Afrika

Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu Denise NKURUNZIZA yatanguje kuruno wa kane igenekerezo rya 25 Gitugutu 2018 inama

Bandanya

Un neurone découvert chez l’Homme

Des chercheurs américains et hongrois décrivent un nouveau type de cellules découvert dans le cerveau humain. Ces

Bandanya