Inkino

PRIMUS LIGUE : Umurwi wa Aigle Noir uguma kw’isonga inyuma yo gutsinda umurwi wa LLBS4A

Umurwi wa Aigle Noir niwe uza mu kibanza ca mbere n’amanota 54 inyuma yo gutsinda umurwi wa LLBS4A ibitsindo kuri 1

Bandanya

CAN U20 : Uburundi bwasezeye ihiganwa inyuma yo gutsindwa

  • Par Vianney BIKORIMANA --
  • Feb 09 --

Umurwi w’intamba mu rugamba w’abatarenza imyaka 20 waraye usezeye ihiganwa ry’igikombe ca Afrika congera gitakaza

Bandanya

CAN U20 :Woba uzi amafaranga FFB yemereye umukinyi umwumwe niyo bashikana Uburundi mu gice ca kabiri gishira icanyuma ?

Urwego nshingwabikora vy’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB yemereye gutanga ibahasha ingana n’umuriyoni

Bandanya

CAN U20 : Uburundi bwaronse inota 1 inyuma yo kunganya na Niger

Umurwi nserukiragihugu intamba mu rugamba w’abadashikana imyaka 20 waraye urunse inota rimwe inyuma yo kunganya

Bandanya

CAN U20:Urukino ruhuza Uburundi na Nigeria ruritezwe

Urukino ruhuza umurwi nserukiragihugu w’intamba mu rugamba w’abatarenza imyaka 20 ruritezwe hariya mu gihugu ca Niger

Bandanya

Abakinyi bazoserukira Uburundi muri CAN U20 bashizwe ahabona

Umumenyereza w’umurwi nserukiragihugu Intamba mu rugamba w’abadashikana imyaka 20, Joslin BIPFUBUSA, yashize ahabona

Bandanya

Primus Ligue : Umukinyi yigenjeje neza mu kwezi kwa Kigarama yaronkejwe agashimwe

  • Par Vianney BIKORIMANA --
  • Jan 28 --

Umukinyi yigenjeje neza mu kwezi kwa Kigarama umwaka wa 2018 nw’ihiganwa ryitiriwe ikinyobwa Primus “Primus

Bandanya

Umumenyereza w’intamba z’abatarenza imyaka 20 avuga ko bagiye kuzana itsinzi muri CAN U20

  • Par Vianney BIKORIMANA --
  • Jan 28 --

Umumenyereza w’umurwi nserukiragihugu w’intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 20 Joslin BIPFUBUSA amenyeshako

Bandanya

Woba uzi ibiciro vyo kwinjira kuraba urukino ruzohuza Uburundi na Gabon ?

Igiciro c’amatike azotanga uburenganzira bwo kwinjira kuraba urukino ruzohuza umurwi w’intamba mu rugamba w’abakuze

Bandanya

CAN U20 : Umuhagarikizi w’umurindi Pacifique Ndabihawenimana yatowe mu bazohagarikira inkino

  • Par Vianney BIKORIMANA --
  • Jan 22 --

Umuhagarikizi w’umurundi Pacifique Ndabihawenimana yatowe n’ishirahamwe rijejwe umupira ku mugabane wa Afrika kugira

Bandanya
Pages: 1 | 2 | 3 | 4