Inkuru

Eugene HATEGEKIMANA :“ urwaruka rukwiye guhimirizwa kugira rumenye kwiyungunganya mu kurondera imigambi yarwo.”

  • Par Vianney BIKORIMANA --
  • Dec 12 --

Umuhinga mu bijanye n’imigami mito mito Eugene HATEGEKIMANA amenyeshako urwaruka rukwiye guhimirizwa kugira rumenye

Bandanya

Umukuru w’igihugu yakoranije inama nshikiranganji

Umukuru w’igihugu c’Uburundi Pierre NKURUNZIZA yakoranije kuruno wa gatatu igenekerezo rya 12 Kigarama 2018,inama

Bandanya

Inama nkuru ONPGH yashikirije aho ihagaze k’urubanza rw’igandagurwa ry’umukuru w’igihugu Melchior NDADAYE

  • Par Vianney BIKORIMANA --
  • Dec 11 --

Inama nkuru y’igihugu ijejwe gukinga n’ukurandurana n’imizi ihonyabwoko,ubwicanyi buturutse ku ntambara n’ayandi mabi

Bandanya

AJAP rivuga ko ryishimira ivyo rimaze kurangura mu bijanye n’agateka ka zina muntu

Ishirahamwe AJAP(Association pour une Jeunesse Africaine Progressiste) rimenyeshako rimaze gukora ibitari bike mu

Bandanya

Ishirahamwe GIRIYUJA n’ishure BIMS vyahimbarije abana bo mw’ibarabara Noweli

  • Par Vianney BIKORIMANA --
  • Dec 08 --

Ishirahamwe GIRIYUJA ryifadikanije n’ishure Bujumbura International Montessori School(BIMS) ryahimbarije abana bo

Bandanya

REGIDESO ivuga ko umuyagankuba uzotangwa nabi muri Industrielle

Ishirahamwe rijejwe gutanga amazi hamwe n’umuyagankuba mu gihugu REGIDESO rimenyesha ko k’umusi wa gatandatu

Bandanya

Deo Guide RUREMA :« Ku magenekerezo ya 13 na 14 Kigarama harategekanijwe urucanco rw’imbwa . »

  • Par Vianney BIKORIMANA --
  • Dec 06 --

Umushikiranganji w’ibidukikije uburimyi n’ubworozi Deo Guide RUREMA amenyeshako kuva kw’igenekerezo rya 13 gushika

Bandanya

Deo Guide RUREMA : « Ihindagurika ry’amahera y’agaciro hamwe n’ibiciro vyaduze mu mahinguriro vyatumye ibiciro vy’ifumbire bihinduka. »

  • Par Vianney BIKORIMANA --
  • Dec 06 --

Ubushikiranganji bw’ibidukikije,uburimyi n’ubworozi bumenyeshako kubera ihindagurika ry’amahera y’agaciro hamwe

Bandanya

Kanyosha : Umuporisi yagirizwa kwica umugore wiwe yafashwe

Umuporisi yitwa Prime NDUWIMANA aba muri karitiye ya kajiji, zone kanyosha, commune Muha mu gisagara ca Bujumbura

Bandanya

Inama nshingamateka iriyamiriza amajambo yashikirijwe na Faki Mahamat MOUSSA

  • Par Vianney BIKORIMANA --
  • Dec 05 --

Inama nshingamateka y’Uburundi imenyeshako itera ivyatsi amajambo yashikirijwe n’umukuru w’umurwi w’ubumwe bw’Afrika

Bandanya
Pages: 1 | 2 | 3 | 4 | 5