Mumakungu

Kenya:Imbuga za Facebook na Twitter za Uhuru Kenyatta zugawe

Imbuga ngurukanabumenyi za Facebook hamwe na Twitteur z’umukuru w’igihugu ca Kenya Uhuru KENYATTA zugawe inyuma yaho

Bandanya

Nouvelle Zélande : Reta yahagaritse itegeko rijanye no gutunga inkoho

Reta y’igihugu ca Nouvelle Zélande yahagaritse itegeko ryemerera abanyagihugu gutunga ibikoresho inkoho murico gihugu

Bandanya

Algerie : Umukuru w’igihugu Abdelaziz Bouteflika yamenyesheje ko yahevye kwitoza mu kiringo ca 5

Umukuru w’igihugu ca Algerie Abdelaziz Bouteflika yamenyesheje ko yahevye kwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu mu

Bandanya

Amasharihamwe menshi yunguruza abantu n’indege yahagaritse ingendo z’indege z’ubwoko bwa Boeing 737 Max 8

Amashirahamwe menshi akorera mu bijanye no kwunguruza abantu n’ibintu hakoreshejwe indege (Compagnies aériennes)

Bandanya

Tanzaniya :Freeman Mbowe na Esther batavuga rumwe na Reta ya Tanzaniya barekuwe

Abakuru b’umugambwe CHADEMA utavuga rumwe n’ubutegetsi bwa Reta ya Tanzaniya barekuwe na sentare nkuru y’ico gihugu

Bandanya

Tanzaniya :Abapfumu 65 bagirizwa ubwicanyi bafashwe

Abajejwe umutekano mu gihugu ca Tanzaniya bahagaritse abapfumu 65 bagirizwa ubwicanyi bukabije bakoresheje ibintazi

Bandanya

Nijeriya : Muhammadu Buhari yatsinze amatora y’umukuru w’igihugu

Umurwi w’igihugu ujejwe gutunganya amatora mu gihugu ca Nijeriya wemeje ko Muhammadu Buhari ariwe yatsinze amatora

Bandanya

Uganda :Umugambwe NRM watoye Museveni kuzokwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu

Umukuru w’igihugu ca Uganda Yoweri Kaguta Museveni yagenywe n’umugambwe wiwe usanzwe uri k’ubutegetsi murico gihugu

Bandanya

USA :Donald Trump asaba igisirikare ca Venezuela guhabuza igihugu

Umukuru w’igihugu wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika Donald Trump asaba igisirikare c’igihugu ca Venezuela kuva inyuma

Bandanya

Zimbabwe : Ingingo ibuza abasirikare kubakana yafashwe

Urwego rw’igisirikare rw’igihugu ca Zimbabwe rwafashe ingingo ibuza abasirikare kubakana hagati yabo kuko bituma amwe

Bandanya
Pages: 1 | 2 | 3 | 4