Muramvya :Patiri mukuru wa paruwasi Muramvya yagize isanganya

Patiri mukuru mushasha wa paruwase Muramvya yagize isanganya n’imodoka urenganye ahitwa kwa Kamenge agiye mu bikorwa vy’ubutumwa.

Amakuru avuga ko uwo patiri mukuru yagize iryo sanganya agiye mu bikorwa vya misi yose kw’ishure ryahitwa i Murambi.

Ayo makuru abandanya avuga ko ishirahamwe rijejwe gutabara imbabare « Croix Rouge » ryaciye rihashika iryo sanganya rikiba rica rimutwara mu bitaro bikuru vyo mu ntara ya Muramvya aho ariko aravurirwa.


Ivyiyumviro

Ivyiyumviro

Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!